IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 15 Mukakaro

15 Mukakaro

lundi 15 Mukakaro 2013

Igenekerezo rya 15 Mukakaro ni umunsi ugira 196 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 169 kugira umwaka w’2013 urangire.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nkiri

1997: Slovodan Milosevic atorwa kuba umukuru w’igihugu ca Yougoslavie.

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri

1939: Anibal Cavaco Silva, umukuru w’igihugu ca Portugal.

1953: Jean-Bertrand Aristide, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Haïti.

1992: Koharu Kusumi, umuririmvyikazi w’umuyapani.

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri

1861: Adam Jerzy Czartoryski, umukuru w’igihugu ca Pologne akaba n’umwanditsi.

1919: Hermann Emil Fischer, umushakashatsi muri chimie w’umudagi. Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri chimie mu 1902.

1957: Tomas Monie Gutierrez, uwabaye umukuru w’igihugu ca Bolivie.

1979: Gustavo Díaz Ordaz, uwabaye umkuru w’igihugu ca Mexique.

1997: Gianni Versace, umuhinga muvyo gushona imyambaro.


Luc Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.