Accueil > Amakuru > Akahise > 19 Ruheshi
 19 Ruheshi
 19 Ruheshi
				
				mercredi 19 Ruheshi 2013
Igenekerezo rya 19 Ruhenshi ni umunsi ugira 170 w’umwaka w’2013. Hasigaye iminsi 195 kugira umwaka w’2013 urangire.
Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri
 1979: Amatora y’umukuru w’igihugu muri Mali yongera ikiringo Moussa
 Traoré kugira arongore ico gihugu.
 2007: Mu Bufaransa hatanguzwa urubuga ngurukanabumenyi rwa YouTube.
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri
 
- Thomas J. Watson
1623: Blaise Pascal, umuhinga mu biharuro,muri physique mu vyirwa
 ndoramana w’umufaransa.
Norman Hinshelwood,umuhinga muri physique no muri chimie
 akomoka mu Bwongereza. Akaba yaronse agashimwe kitiriwe Nobel muri
 Chimie mu 1956.
 1922: Aage Niels Bohr, umuhinga muri physique akomoka muri Danemark.
 Yaronse agashimwe kitiriwe Nobel ka physique mu 1975.
 1936: Shirley Goodman, umuririmvyikazi w’umunyamerika.
 1941: Václav Klaus, uwabaye umukuru w’igihugu ca Tcheque yatowe mu 2003.
1942: Mouammar K
 
- Mouammar Kadafi
adhafi, uwahoze ari umukuru w’igihugu ca Lilibiya.
1945: Aung San
 
- Aung S Suuki
Suu Kyi, uwutavuga rumwe na Leta ya Birimaniya. Yaronse
 agashimwe kitiriwe Nobel k’amahoro mu 1991.
 1948: Nick Drake, umuririmvyi w’umwongereza.
 1985: Yannick Bokolo, umukinyi wa basket-ball w’umufaransa.
Abazwi cane bapfuye igenekerezo nk’iri
1918: Francesco Baracca, umutariyano w’ umuhinga rutura muvyo indege.
1953: Thomas J. Watson, umunyaerika
 
- Thomas J. Watson
yatanguje ishirahamwe IBM.
  1997: Bobby Helms, umuririmvyi w’umunyamerika.
 2007: José Luis Cantero, batazira El Fary,umuririmvyi akaba n’umukinyi
 w’amareresi wo muri Espagne.
Ibihimbazwa
 . Palawan (muri Philippines): Umunsi mukuru wahariwe amashamba.
 .Uruguay: Umunsi mukuru wahariwe abasokoru.
Luc- Noel Ingabire
