IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Akahise > 27 Ruheshi

27 Ruheshi

mercredi 27 Ruheshi 2018

Igenekerezo rya 27 Ruhenshi.

Ibikuru bikuru vyaranze kw’igenekerezo nk’iri

1894: Jean Casimir-Périer atangura amabanga yo kuba umukuru w’igihugu c’Ubufaransa.
1973: Juan María Bordaberry atembagaza ubutegetsi mu gihugu ca Uruguay.
1964: Mu Bufaransa hatanguzwa ibiro bishinzwe ukumenyesha amakuru ku maradiyo no kumboneshakure ORTF mu mpfunyapfunyo y’igifaransa.
1977: Igihugu ca Djibouti kironka intahe yo kwikukira.
2008: Bill Gates ava muri Microsoft kugira aje mu biorwa vyo kugarukira abantu batishoboye nabandi bari mu ngorane.

Bill Gates

Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nk’iri

1462: Louis wa 12, mwami w’Ubufaransa.
1550: Charles w’9, umwami w’Ubufaransa.

Charles 9

1977: Raúl González, umukinyi w’umupira w’amaguru akomoka muri Espagne.

Raul Gonzalez

Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nk’iri

1996: Albert Brroccoli, umutangaburyo bwo gukora amareresi.
1999: Yeóryos Papapdópoulos, umusirikare akaban’umunyapoilitike w’umugiriki yatembagaje ubutegetsi mu Bugiriki mu 1967.

Ibihimbazwa

. Argentine: Umunsi waharihe umu “biologiste”.
. Brésil: Umunsi wahariwe incange(abantu bincange bafise abavyeyi b’uruhu rudasa).
. Canada: Umunsi wahariwe ubudasa bw’imico iri muri ico gihugu.
. Djibouti: Umunsi mukuru wo kwikukira.
. Leta Zunzubumwe z’Amerika: Umunsi wahariwe ukwipimisha umugera wa VIH (ku rwego rw’igihugu).


Luc-Noel Ingabire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.