IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakenguzamateka nabo bemeje ko Uburundi buva muri CPI

Abakenguzamateka nabo bemeje ko Uburundi buva muri CPI

mercredi 12 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

Inama nkenguzamateka y’Uburundi nayo yemeje ku muhingamo wo kuri wa gatanu integuro y’itegeko rikura Uburundi muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha.

Abakenguzamateka 37 kuri 37 nibo bemeje iyo nteguro isanzwe yari yemejwe kandi n’abashingamateka.


IGIHE

Messages

  • none mwarimuzi ko ico bukuru akoze butoyi niweyokireka? kimwegusa mwicunge

  • ahubwo iyo mutora kuva kwisi nayo kuva muri cpi nibiharawe aho mwararamye ngo ntimuzobazwa ivyo muriko murakora mugabo banyina uwuzobibazwa si mwebwe ni mwijandajandire nayo uwozobibazwa we ntari shire agati muryinyo imana itamufashije ngo apfe azobibazwa ntasye bwose.

  • Habwa ikuzo Mana ya Aburahamu kubwimigabomwiza wakoze wanyeretse kera yuko unkunda none uyumusi canke murikomogihe ukomeje kubinyereka, yemwe imigambiyawe sinkiyabantu kandi inkomezizawe sinkizabo ibidashobokera abanababantu imbereyawe birashoboka. Wamye ushimwa nunomusi urashimwa kandinejo uzokwama ushimwa.Amen.
    Nashakakubabwirarero ko abarundi mwerekanyeko mubayenka Daniye igiheyatabwa murwobo rwintambwe maze uyontambwe ntanakimwe yamugize.
    Natwerero abarundi abobose bigize inihangange kw’Isi ntabubasha badufiseko kandinubwobakaze ntacobazotugira. Amen.

  • Abicanyi karuhariwe, ntabwenge mugira, ntamugabo yitwa kwafise ubwenge yo kwemera gusinyira gukingira inkozizikibi, Nkurunziza yarabahaye jondama niyahire umwami wabadayimoni. Mwese abasinyiye ubujuju mwarimukwiye gufatwa mugatabwa murusumanyenzi bwabanga, ahahora hatabwa abagotse.

  • Inama nshingamateka na nkenguzamateka zigizwe n’utujuju Rusuferi yateretse aho two kuza turatarika amaboko tutazi ico turiko turakora tumwe tugatonda tuja gusigurayo imirongo yo muri bibiliya nkuwitwa Priscilla Mwidogo ata n’umwaka uheze vyiswe ngo yakiriye agakiza be n’umugabo wiwe Gaston Hakiza abo bantu bakaba basenga i mana iri Mwumba atari i Mana dusenga

  • igitangaje nuko africa ariyo itotezwa gusa muriyo sentare ibihugu rutura batigera babakorako uburundi nibwiviremwo ntakamaro Atari gutoteza abanyafirika gusa kimwe mwomenya nibindi bihugu birasoko uburundi ntibubatangaze

  • mukristomurugendo iyo ndirimbo uze iyirimbe bagushize mwisandugu nayo ahandi ukiri kwisi isi irizungazunga niwaba ufise amatwi niwumve !!!!!

  • Umva wewe NDAVUGASIMVURA,
    ivyuvuze ntakibi carikirimwo kuko jewe canke wewe amaherezo nimuriyosandugu uvuze, ariko yaba wewe canke jewe nitwamara kujamwiyosandugu wavuze ntibizoba bigikunda ko twiririmbira indirimbo.
    Ndagukunda Mana wewe umpaye kuronka ayamajambo mbwiye ikicaremwe cawe.

  • imana ikubabarire cane ntuzi ico uvuga hiiiiiiii mukiristumuregendo

  • Mbeko muharira mubijanye no kuva muriyo CPI kandi bitaraba. Kurya Leta iyijamwo utayitumye niko nubu itarindira ko uyituma. Iyo Inzego umaze kuzitora ucauja aho ukararama ibisigaye barabibona nawe ukaraba ibijanye nakazi kawe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.