IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Magarama : Uwunguruza ipikipiki yarashwe n’umuporisi

Magarama : Uwunguruza ipikipiki yarashwe n’umuporisi

lundi 2 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru atangwa n’igiporisi c’Uburundi avuga ko abaporisi bariko barakizura babonye ipikipiki ihagaze imbere y’ubunywero bita Kwa Jeef, nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro. Abo baporisi barafashe iyo pikipiki, umwe muribo ayitwara ahakorera igiporisi muri iyo ntara ya Gitega.

Begereye imbere gato, nk’uko bivugwa n’igiporisi, uwo Audace NDAYISENGA yashatse kwaka inkoho uwo muporisi, uwo nawe aca arasa amasasu ane, rumwe muri ayo masasu rukomeretsa ku kuguru Audace NDAYISENGA, akaba ariko avurirwa ku bitaro vy’i Gitega.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • ntakundi ivyo bibaho none uwomumotare wew yashaka gusika guk mugihe yariko arashaka kuyimwak ahubwo abantu bamwe bamwe barafise ubwenge ariko ntabwo bazi gukoresha bihutira gukora ibije mumutwe batabanje kwiyumvira kwizina ryiwanje ndumva ndonavuga at; niyukuri BURUNDI bw,ukuri abashaka kubona aba rundi mumwotsi turabiyamirije ndabisubiyemwo turabiyamirije

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.