IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amasezerano y’ugufashanya muvy’umutekano hagati y’Uburundi n’Uburusiya

Amasezerano y’ugufashanya muvy’umutekano hagati y’Uburundi n’Uburusiya

vendredi 26 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi Petero NKURIKIYE ashikiriza ko ibiri muri ayo masezerano y’ugufashanya bizomenyekana abaserukiye Uburundi nibaheza urugendo barimwo mu gihugu c’Uburusiya.

Alain Guillaume BUNYONI, umushikiranganji w’umutekano w’Uburundi niwe yaserukiye Uburundi mu nama igira umunani y’indongozi zo ku rwego rwo hejuru mu bijanye n’umutekano (8è Rencontre des Hauts Responsables de Sécurité).

Iyo nama yabereye mu gisagara ca Moscou yitabwe n’ibihugu 96.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.