Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Ibiziga bibiri vyakuwe mu ruzi Mpanda
 Bubanza : Ibiziga bibiri vyakuwe mu ruzi Mpanda
 Bubanza : Ibiziga bibiri vyakuwe mu ruzi Mpanda
				
				samedi 7 Ndamukiza 2018, par
Abo basomye nturi ni umupfasoni azwi kw’izina rya NDAYISENGA Isidonie hamwe n’umwana wiwe ITERITEKA Diella bo ku musozi Gahwazi ya kabiri, zone Butanuka, komine Mpanda, intara ya Bubanza.
Ivyo biziga vyakuwe mu mazi nk’igihe c’isaha cumi z’umugoroba, abajejwe intwaro bakaba baciye babijana mu buruhukiro bw’ibitaro bikuru vyo ku Mpanda.
Egide NDUWIMANA
