IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bubanza : Impapuro z’umutsindo zahawe abahejeje ishure ry’igiporisi (...)

Bubanza : Impapuro z’umutsindo zahawe abahejeje ishure ry’igiporisi (Amafoto)

vendredi 5 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Umurwi ugira uwa 22 w’abaporisi bahejeje ishure ry’igiporisi baronkejwe impapuro z’umutsindo n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA kuri uwu wa gatanu mu Mitakataka, mu ntara ya Bubanza. Abo baporisi baciye barahira.

Amafoto


IGIHE

Messages

  • Murakoze kuduha izi photos kuko ndabonyemwo interahamwe ziba mumashamba ya Congo, izindi n’imbonerakure gusa!!! Mbega ukuntu Munyoni abihiwe nuwo mwambaro wicahoze ari igipolisi c’uburundi!!! Mwomenya atamuyaya ahejeje iryoshuri ngo bamuhe agashimwe kubera ibikorwa vyo murugo yasubiriye Inabuja!!!

  • IZONINTERAHAMWE WAMBITSIBARANGONABAPOLICE

  • Iyimbwa Yitwa Wakera Avuze Ngo N,interahamwe Subiza Umutima Munda Umenye Ukuntu Uvuga Ubonye General Bunyoni Uca Uvuga Ngo Ubonye Interahamwe Uzopfa Urimbwa Ataco Wimariye Zirya Ni Ngabo Zigihugu Wa Mwana We!!Nyene Icubahiro Umubonyemwo Wumva Inzigo Reka Abo Na Babahenda Kagame Azorinda Apfa Atanganye Na Pita Kuko Kugisoda Kugiporisi Ntanaho Bisa Bisana Raba Centrafrique Ukuntu Abanyagihugu Baho Ukuntu Base Kwingabo Zacu Bazikuraho Bavuze Bati Abasoda Ba Barundi Nibo Dukeneye Ni Harambe Ingabo Zuburundi Ni Harambe Igihugu C,uburundi Ni Harambe Abarundi Imbwa Zi Maramare.Murakoze

  • Imana Ibarinde Mugire Urubanza Gwiza Araha

  • wakera ushobora kuba ari wowe nterahamwe nkuru, kandi gabanya amacakubiri abahutu bose siko ari interahamwe ntanamateka Uzi upfa kuvuga muri barya bana ubona ufise 40ans arinde? ubu abitwa interahamwe ufise imyaka mikeyi afise 40ans. niyo uvuga FDRL kuko harimwo izo nterahamwe wirirwa uraririmba kandi nabo abatarakoze ivyaha barataha tukabakira ubu tubanye neza. wowe rero warasigaye amacakubiri yarakumaze.

  • Hariho abantu bagiye kuzicwa n’ishavu n’agahinda. Ni mukubite i Bweru mwibuk’ubwenge. Ca bugufi mutwarwe, carafashwe!

  • Ngowihayemanda none aho buca wiyongera iyindi manda ntibazohava biyahura.

  • @Nyakabiga, Izombonerakure, interahamwe na FDLR muhaye impapuro z’ivyigwa zirangije vyokumara abantu waruziko tutazizi!! Uzi ivyo zigira ngaha mu mitakataka, nejo imwe yariko irigamba kwigiye kumara abantu atacamira aho nari nibereye kuri Moka!!! Zirahumba imisi yazo iraharuye!!!

  • Bahe amapete mutama ivyo vyahora bikora Buyoya gusa bibaza ngo ntibizohinduka!!! Tuzobatwara gushika kumwuzukuruza

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.