IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bubanza : Inama kw’ishirwa mu ngiro ry’umugambi w’ukurwanya igiturire

Bubanza : Inama kw’ishirwa mu ngiro ry’umugambi w’ukurwanya igiturire

mercredi 31 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Muri iyo nama iriko ibera mu ntara ya Bubanza, hatumiwe kandi n’abadandaza bakorera mu bisata vy’ikawa hamwe n’ubutare, abajejwe intwaro muri izo ntara, hamwe n’abajejwe umutekano.

Nk’uko bivugwa n’igisata kijejwe kumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, iyo nama ni iyo kurabira hamwe aho umugambwi w’ukutihanganira abarya ibiturire ugeze (Evaluation de la mise en oeuvre de la "Tolérance zéro" dans la lutte contre la corruption)


Egide NDUWIMANA

Messages

  • ndavye muburyo bwimpwemu, ibanga ritangwa n’Imana, murabo booose ntanumwe atarya igiturire. none ntabafashwe bazwi bakoze ayomahano? none bafashwe ntibahanwe, uwagisavye uwumuretse bose sabayobe gusa. Mana tabara uburundi bwabaye umwaku, yesu yesu, haleluya haleluya

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.