IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Umukozi w’ishirahamwe GETRA yatowe ikiziga

Bubanza : Umukozi w’ishirahamwe GETRA yatowe ikiziga

lundi 16 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru dukura ahatowe ico kiziga avuga ko uwo mukozi wa GETRA yishwe akubiswe inyundo mu mutwe n’abantu bataramenyekana.

Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Muntara Yamakamba Komine Kayogoro Abarundi Baheruka Guhunguka Baridogera Ishirahamwe UNHCR kwitabaronkeje ibuto zogutera mugihe bafashije abantu batarenga80 gusa muriyokomine basaba kobobagarukirako abobatahaye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.