IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza : Umuntu yahitanwe na Gerenade yatewe

Bubanza : Umuntu yahitanwe na Gerenade yatewe

lundi 14 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi mu ntara ya Bubanza bavuga ko abantu 11 aribo bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.

Umutekano wahungabanye kandi mu ntara ya Karusi, muri komine Buhiga, aho hari abantu babiri barimwo umwana umwe bakomerekejwe na Gerenade yariko ikinishwa n’uwo mwana ari mu bakomeretse.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.