Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura : Umuporisi yarashe bagenzi we umunani
Bujumbura : Umuporisi yarashe bagenzi we umunani
jeudi 2 Ruhuhuma 2017, par
Amasasu yarumvikanye mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu nk’igihe c’isaha umunani z’ijoro mw’ikambi y’igiporisi c’i Bujumbura kijejwe uruja n’uruza. Yari umuporisi azwi kw’izina rya NDUWIMANA Samuel yuguruye umuriro, arasa bagenzi we abasanze aho baryamye.
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi amenyesha uwo yarashe ari umuporisi yakomerekeje n’amasasu abandi baporisi umunani.
- OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi
Ahejeje kubarasa, nawe yarirashe, arikomeretsa nk’uko awo avugira igiporisi abishikiriza.
Mu giporisi ntibaramenya icatumye uwo muporisi arasa abo bakorana, bakavuga ko amatohoza yatanguye.
IGIHE
Messages
2 Ruhuhuma 2017, 10:56, par FNL
Mubandanyirize aho, iryo n’Iragi rya Peter Nkurunziza
2 Ruhuhuma 2017, 12:14, par Proud to be rwandan
Umuvugizi wigiporisi Ko yibagiwe kuvuga ko ari urwanda rwamutumye ra?
2 Ruhuhuma 2017, 13:09, par Alain Nyabenda
Ubwo ntibiri muri rwarukwirikirane rwa KAMWE KAMWE. Jewe abavugizi binzego z’umutekano bisigaye bigoye kubizera. Uyu munsi bavuga nkabanyapolitike. Sinzi kobatamikwa ivyo bavuga canke kobavuga ivyo nabo bemera.
2 Ruhuhuma 2017, 14:16, par Nzeyi Emanuel
Aho Umuntu Yubahuka Akica Uwobakorana! Dusenge Canenigihe C’ Iherezo.
2 Ruhuhuma 2017, 15:27, par SIHONDI Levis
ABATWARA UMUVUMO BAKWEGEYE MUGIHUGU. DUSENGA TWIBA; DUSENGA TWICA IRAGI TWASIGIWE NA BISHOP PETERO NKURUNZIZA
2 Ruhuhuma 2017, 15:27, par SIHONDI Levis
ABATWARA UMUVUMO BAKWEGEYE MUGIHUGU. DUSENGA TWIBA; DUSENGA TWICA IRAGI TWASIGIWE NA BISHOP PETERO NKURUNZIZA
2 Ruhuhuma 2017, 15:30, par MAHWERA
HAHAHAHAHAHAAAAAA UMUSIRIKARE WU RWANDA YARASHE ABASIRIKARE BABARUNDI MURI PSR BARYAMYE HIHIHIHIIIII MUVUGA AYAMUHE
2 Ruhuhuma 2017, 19:31, par EMMANUEL
TOHOZE ICABIMUTUMYE, CANKE MURABEKO KWATAGWAYE MUMUTWE. NAYAHANDI BAZOMARANA.
3 Ruhuhuma 2017, 20:01, par ,
Ari Ko ,ahotu ,ngo Nimuhu Nguke ,hariko ,hara Pfa ,Abamajo ,ronaba Koroneri, Haraka Ntu ,nyarucari,bira Bajeku, Vya ,umuntu, Yageze, Mugasho,hanyuma, Ngoyapfuye
3 Ruhuhuma 2017, 20:02, par ,
Ari Ko ,ahotu ,ngo Nimuhu Nguke ,hariko ,hara Pfa ,Abamajo ,ronaba Koroneri, Haraka Ntu ,nyarucari,bira Bajeku, Vya ,umuntu, Yageze, Mugasho,hanyuma, Ngoyapfuye
4 Ruhuhuma 2017, 20:34, par Ndagijimana Ezéchiel
Uwoba Azi Ubwenge Yo Kwama Arasenga Kuko Ndumva Atari Heza.|
Ni Muze Twambaze Uhuraho Azoduha Igisubizo|
4 Ruhuhuma 2017, 21:54, par Ndayishimiye Ezechiel
Umuntu Akora Nkivyo Ntaho Ataniye Naniyombari Nuwo Kwicwa Kuko Yatumariye Inkinzo Zacu.Nibamucire Urwogupfa.
7 Ruhuhuma 2017, 05:26, par P.ANTONE
NIBAMURASE