IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bukirasazi : Umugabo yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga

Bukirasazi : Umugabo yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga

mercredi 8 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’umugabo catowe muri komine Bukirasazi, intara ya Gitega. Abajejwe intwaro bamenye uwo yishwe n’abantu bataramenyekana.

Rafaheri Barumbanze yari amaze imisi yaburiwe irengero niwe yatowe ikiziga.

Abajejwe intwaro muri iyo komine bavuga ko abishe uwo mugabo bataramenyekana, hamwe n’ico boba bamuhoye.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.