Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
 Bururi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
 Bururi : Umuntu atamenyekanye yatowe ikiziga
				
				lundi 3 Mukakaro 2017, par
Abagereye ahatowe ico kiziga bavuga ko uwo muntu batashoboye kumumenya, icaboneka akaba ari uko ico kiziga cari kimaze iminsi, kikaba mbere cari catanguye kwononekara.
Mu giporisi hamwe n’abajejwe intwaro baciye bategura ingene yoshinguranwa iteka.
Egide NDUWIMANA
