Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo:Igiporisi c’Uburundi catoye amasase 789
 Cankuzo:Igiporisi c’Uburundi catoye amasase 789
 Cankuzo:Igiporisi c’Uburundi catoye amasase 789 
				
				jeudi 25 janvier 2018
Nkuko biri ku rubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi, ayo masase yatowe mw’itongo ryahoze ribamwo,umunyarwanda yari yahungiye mu Burundi.
Ayo makuru nyene dukesha urubuga rwa Twitter rw’igiporisi c’Uburundi, amenyesha ko ayo masase yatowe ari mw’isandugu, biboneka ko ryahambwe haraheze igihe kitari gito.
Ayo makuru y’igiporisi c’Uburundi amenyesha ko iryo tongo ubu ryegukira uwitwa Diomède MASABARAKIZA.
MUGISHA Van Naris

Messages
26 janvier 2018, 14:31, par lg
ko batavuga uwo munya rwanda yahunze ryari ! !