IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo : Umugore n’umugabo bakomerekejwe na gerenade

Cankuzo : Umugore n’umugabo bakomerekejwe na gerenade

samedi 10 février 2018

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zibiri z’ijoro, aho yakomerekeje umugabo azwi kw’izina rya NTEMERE Louis n’umukenyezi wiwe NDAGIJIMANA Dancile.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano amenyesha ko NZEYIMANA Ramadhan yikekwa gukora ico caha akaba ari n’umuvukanyi wa nyene gukomereka, ari mu minwe y’igiporisi ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.