IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Cap KAMURARI Nicodeme yamanuye ibendera ry’Ububirigi yashinguwe

Cap KAMURARI Nicodeme yamanuye ibendera ry’Ububirigi yashinguwe

jeudi 21 Nyakanga 2017

Capitaine Kamurari Nicodeme yamanuye ibendera ry’Ububirigi mu birori vyari vyitabwe n’umwami Mwambutsa Bangiricenge wa kane ,abari bagize Reta y’Uburundi y’ico gihe ,Abahora bategeka igihugu bagizwe n’Ababirigi hamwe n’izindi ntumwa mpuzamakungu,mu gihe Matien BURASEKUYE nawe yaduza ibendera ry’Uburundi .

Capitaine Kamurari Nicodeme yitavye Imana afise imyaka 76 akaba yari yavukiye ku musozi Gashikanwa muri Komine Gashikanwa mu ntara ya Ngozi.

Capitaine KAMURARI Nicodeme yitavye Imana kw’igenekerezo rya 15 Nyakanga 2017.

JPEG - 28.1 ko
Capitaine KAMURARI Nicodeme

Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.