IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Carama : Abana babiri bapfuye batwawe n’isegenya

Carama : Abana babiri bapfuye batwawe n’isegenya

samedi 14 avril 2018

Umuvugizi w’igiporisi Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko abo bana bitavye Imana, mu mvura nyinshi yaguye mu masaha y’umugoroba.

Pierre NKURIKIYE avuga kandi ko abo bana bari basanzwe biga kw’ishuri Source du Savoir riri aho muri Quartier ya Carama, bakaba bariko bataha muri quartier ya Gatunguru.

Amakuru ava mu begereye muri quartier ya Carama, amenyesha ko hoba hari n’abandi bana bari batwawe n’umuvo, ariko barokotse.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.