IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Centrafrique: Abasirikare babiri bo muri Maroke baguye mu gitero

Centrafrique: Abasirikare babiri bo muri Maroke baguye mu gitero

mercredi 26 Mukakaro 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abafaransa RFI,ico gitero cabaye kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 25 Mukakaro 2017,igihe abasirikare bava mu gihugu ca Maroke bariko barondera amazi bakoresha.

Kuva kw’igenekerezo rya 21 Mukakaro 2017, agace ka Bangassou kugarijwe n’ingwano kuva mu kwezi gatanu.

Umukuru wa MINUSCA Parfait Onanga Anyanga yavuze ko yiyamirije ubwo bwicanyi businzikaza agateka ku buzima bwa kiremwamuntu, bugahonyanga kandi uburenganzira mpuzamakungu.

Kw’Imana igenekerezo rya 23 Mukakaro 2017, uwundi musirikare ava mu gihugu ca Maroc yaritavye Imana ahitanywe n’igitero c’abarwanya b’aba anti-Balaka.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.