IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Abana batatu batowe ibiziga mu ruzi Nyamagana

Cibitoke : Abana batatu batowe ibiziga mu ruzi Nyamagana

lundi 20 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bitavye Imana ni Roth Hitimana, Iteriteka Bienvenu b’imyaka icumi, hamwe na Hakizimana De la Chance w’imyaka icenda.

Abo bana bari basigaye muhira, mu gihe abandi bari bagiye gusenga, bakaba batwawe n’amazi y’imvura nyinshi yaguye.

Muri iyo mvura, n’amazu ataramenyekana igitigiri yarasambutse, nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro mu ntara ya Cibitoke.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.