IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Abasirikare b’Urwanda bagirizwa urupfu rw’umurundi yatowe (...)

Cibitoke : Abasirikare b’Urwanda bagirizwa urupfu rw’umurundi yatowe ikiziga

jeudi 29 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Joseph ITERITEKA, arongoye intara ya Cibitoke avuga ko kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 28 Ruheshi, muri komine Mabayi, ku mutumba Rutorero, intara ya cibitoke, igisoda c’Urwanda cajabutse uruzi Kaburantwa rwo Burundi kirasa amasasu atari make, n’abanyagihugu batatu bo muri ako karere batwarwa n’aba basirikare b’Urwanda.

Muri abo bafashwe, Buramatari ITERITEKA avuga ko umwe muribo yishwe n’abo basirikare b’Urwanda, akaba yatowe ikiziga kuri uwu wa kane.

JPEG - 85.4 ko
Joseph ITERITEKA, Buramatari w’intara ya Cibitoke

Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.