Accueil > Amakuru > u Burundi > Cibitoke : Imiriyoni zirenga umunani zibwe muri COSPEC
 Cibitoke : Imiriyoni zirenga umunani zibwe muri COSPEC
 Cibitoke : Imiriyoni zirenga umunani zibwe muri COSPEC
				
				jeudi 12 Gitugutu 2017, par
Ubwo busuma bwabaye mw’ijoro ryo kuwa 10 rishira uwa 11 Gitugutu, bukaba bwakozwe n’abantu bataramenyekana babomoye icuma (Coffre-fort) kibika amafaranga.
Amatohoza ya mbere y’igiporisi avuga ko Ndabirenzeko Samson, umunyezamu yari araririye iyo Koperative yibwe yahawe ibinyobwa birimwo ibiyovyabwenge (Drogue), akaba ari mu minwe y’igiporisi ku mvo z’amatohoza.
 
Egide NDUWIMANA

Messages
12 Gitugutu 2017, 14:32, par Hicuburundi
Izo n’Imbonerakure zayatwaye ntabandi erega ntaco DD itazotuzanira,ahubwo uwo muzamu ashimire Imana kuba atishwe