Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umugabo yishwe aciwe umutwe
 Cibitoke : Umugabo yishwe aciwe umutwe
 Cibitoke : Umugabo yishwe aciwe umutwe
				
				mercredi 30 Myandagaro 2017, par
Ababonye ico kiziga c’uwo muntu ataramenyekana bavuga uwo mugabo yishwe aciwe umutwe, ikiziga ciwe gitorwa mw’ishamba.
Mu giporisi mu ntara ya Cibitoke bamenyesha ko amatohoza yamaze gutangura.
IGIHE
