Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umugabo yiyemerera ko ariwe yishe umugore wa mukuru (...)
 Cibitoke : Umugabo yiyemerera ko ariwe yishe umugore wa mukuru wiwe
 Cibitoke : Umugabo yiyemerera ko ariwe yishe umugore wa mukuru wiwe
				
				mercredi 14 Ruheshi 2017, par
Eric Ndayikengurukiye yagirizwa ico caha aracemera, akavuga ko yishe uwo mugore abitumwe na mukuru wiwe, umusirikare ari kugarukana amahoro mu gihugu ca Somaliya, akaba n’umugabo w’uwo mugore yishwe.
Uwo yagirizwa kandi akiyemerera ico caha ari mu minwe y’igiporisi, mu matohoza y’ukumenya icatumye akora ubwo bwicanyi, inyuma y’aho akaba ariho Sentare izoca isasa muri urwo rubanza.
IGIHE

Messages
14 Ruheshi 2017, 17:12, par Hategekimana
uwo Mugbo Nahanwe Numwicanyi
15 Ruheshi 2017, 18:07, par HARINDINTWARI,BRAWUNI,
UWOMUGABO,NIBAMUHANE,AREKE,KUBESHERA,UWIBEREYE,KUKAZI,KANDI,YAMUPFAKAJE,