IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umusore yishwe akubiswe amahiri

Cibitoke : Umusore yishwe akubiswe amahiri

mercredi 15 Munyonyo 2017, par Egide NDUWIMANA

Uwo musore w’imyaka 25 yishwe akubiswe amahiri muri komine Rugombo, intara ya Cibitoke, aho akaba ari mu gihe yariko arataha avuye aho yahora akorera ku nzu y’uburiro iri muri iyo ntara ya Cibitoke.

Abantu bane bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza, nk’uko vyemezwa n’abajejwe intwaro mu ntara ya Cibitoke.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.