IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umwana yakomerekejwe na mukase gushika aho ajanwa mu (...)

Cibitoke : Umwana yakomerekejwe na mukase gushika aho ajanwa mu bitaro

samedi 31 mars 2018

Uwo mwana azwi kw’izina rya Yvan NDUWIMANA abana na mukase, ku mutumba Mparambo ya Kabiri, yakubiswe mu gihe se wiwe atariho ari, kuko amaze kuzana mukase yaciye agenda.

Amakuru ava aho ku mutumba Mparambo, amenyesha ko n’ubu se w’uwo mwana atawuzi iyo ari.

Uwo mukenyezi yakubise uwo mwana gushika aho akomeretswa, ubu apfungiwe mu gasho k’igiporisi, aho ku mutumba Mparambo.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.