Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umutamakazi w’imyaka 60 yatowe ikiziga
 Cibitoke : Umutamakazi w’imyaka 60 yatowe ikiziga
 Cibitoke : Umutamakazi w’imyaka 60 yatowe ikiziga
				
				lundi 10 Mukakaro 2017, par
Uwo mutamakazi azwi kw’izina rya Yozofina NAKOBAMFITIYE, abamwishe bakaba bataramenyekana.
Mu giporisi bamenyesha ko amatohoza yatanguye, abantu babiri bakaba aribo bamnaze gufatwa.
IGIHE
