IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Ubutunzi > IFARANGA > Desire MUSHARITSE: “Imiriyaridi hafi 28 niyo amaze gutozwa mu guterera (...)

Desire MUSHARITSE: “Imiriyaridi hafi 28 niyo amaze gutozwa mu guterera amatora ya 2020”

Saturday 29 September 2018, by vianney

Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego za reta caremeshejwe kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 29 Nyakanga 2018,Desire MUSHARITSE yavuze ko imiriyaridi irenga 14 y’amafaranga y’amarundi ari ayatanzwe n’abakozi bareta,abagwizatunga hamwe n’abanyagihugu mu gihe imiriyaridi irenga 13 y’amafaranga y’amarundi ari intererano yavuye muri reta.

Uyo muvugizi w’ikigega ca reta avuga ko mu misi iri imbere umushikiranganji w’ikigega careta azotanga ikiganiro kugira amenyeshe ido n’ido rijanye n’ayo mafaranga agenewe amatora yo mu mwaka wa 2020.

Kubijanye no gusubiramwo uko ayo mafaranga yotangwa,Desire MUSHARITSE yavuze ko hari inzego zibijejwe hamwe naho bica mu kugiranira ibiganiro.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.