IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Dr Steve De Cliff yagenywe guserukira Reta mu rwego nshingwantwaro rwa (...)

Dr Steve De Cliff yagenywe guserukira Reta mu rwego nshingwantwaro rwa Rainbow Mining

mardi 6 mars 2018

Dr Steve De Cliff yagenywe n’itegeko ry’umukuru w’igihugu ryo kw’igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2018, rikaba risaba umushikiranganji w’ubutare n’agataka, amasoko ntanga nguvu gushira mu ngiro iyo ngingo.

Ishirahamwe Rainbow Mining SM ririko ryimba ubutare bwo mu bwoko bwa ‘’Terres rares’’ I Gakara, muri komine Mutambu, intara ya Bujumbura Rural.

Ibikorwa vyo gucukura ubwo butare vyatanguriye ku musozi wa Gasarwe muri komine ya Mutambu, bikazomara imyaka ibiri imbere yuko bitandukira iyindi misozi y’iyo komine.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Nibaze ko ico kibanza bamuhaye azokimaramwo umwanya urume rumara (gushika mu kwa Gatanu 2018) kuko ibwirizwa nshingiro abamusizeho bifuza ko rizohinduka ritemerera abanyamahanga nka Steve de Cliff... ko bagira ijambo mu Burundi.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.