IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Gambiya : Umukenyezi wa mbere muri kahise yatowe kurongora igisara ca (...)

Gambiya : Umukenyezi wa mbere muri kahise yatowe kurongora igisara ca Banjul

lundi 14 mai 2018

Umurwi utegura amatora mu gihugu ca Gambiya, wamenyesheje ko uwo mukenyezi w’imyaka 46 y’amavuka, abaye uwa mbere atowe muri ico kibanza muri kahise ka poritike k’ico gihugu.

Rohey Malick Lowe asanzwe ari mu mugambwe UDP ari nawo umukuru w’igihugu Yahya Jameh arongoye igihugu ca Gambiya arimwo.

Rohey Malick Lowe abaye umukenyezi wa kabiri atsindiye kurongora igisagara mu karere ka Afrika y’Uburengero, inyuma ya Yvonne Aki Sawyerr aherutse gutsindira kurongora umurwa mukuru wa Sierra Leone Freetown.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.