Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega: Abagabo babiri bafashwe bivye impene zibiri
 Gitega: Abagabo babiri bafashwe bivye impene zibiri
 Gitega: Abagabo babiri bafashwe bivye impene zibiri
				
				vendredi 6 Gitugutu 2017
Amakuru ava aho i Gitega amenyesha ko abo bagabo babiri bafashwe bamaze guheza kubaga izo mpene zibiri.
Ayo makuru avuga kandi ko abo bagabo baciye bajanwa n’igiporisi gupfungirwa mu gasho k’igiporisi aho bita ibomani.
 
 
MUGISHA Van Naris

Messages
9 Nzero 2018, 00:28, par A
IMPIBA