Patiri MUDOMO Marcel yarabaye kandi umumenyeshamakuru ku nsamirizi ’’Mariya Burundi’’ yegukira ekleziya katorika mu Burundi,aho yakoreye igihe kitari gito mu gisata c’ibiganiro.
Patiri MUDOMO Marcel arazwi cane n’abaciye kw’ishure ryisumbuye rya Lycee Gitega, kuko yabaye mu bapatiri basoma imisa kuri iryo shuri mu kiringo kitari gito.

Yari yavutse mu mwaka wa 1955, akaba yitavye Imana, kuwa mbere igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2018.



Andika hano NDI ETIYENNE