IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Terefone ngendanwa n’ibindi bikoresho vyafatiwe mw’ibohero (...)

Gitega : Terefone ngendanwa n’ibindi bikoresho vyafatiwe mw’ibohero rikuru

mercredi 31 janvier 2018

Nk’uko biri ku cegeranyo catanzwe n’umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, muri ico gikorwa hafashwe terefone ngendanwa 6 zo mu bwoko bwa Android , terefone ngendanwa zisanzwe 18, amacupa 7 ajamwo inzoga za Amstel ariko agaragara.

Ico cegeranyo kandi, cerekana ko hafashwe ivyuma 19 bikoreshwa mu gushira umucanwa mu materefone ngendanwa, umugozi , imbugita zitanu, ikarata zituma umuntu ahamagara zitatu, hamwe n’imisumari n’ivyuma bikoreshwa mu kwubaka.


MUGISHA Van Naris

Messages

  • Andika hano.none kwatahandi mukindi gihugu turunva ibintu nkivyo.nko gusanga mugasho ibikoresho nkinvyo.harakenewe za kamera kwirembo ryabaja kuraba izomfugwa.iyo baganira nababo bigasubigwamwo hakabaho nka 2metre.ntibagirane umubonano wihariye oya.hagasuzumwa nurya bita jnr asohoka iyo agarutse usanga harivyo atumwa yinjirana.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.