Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umugabo w’imyaka 52 yishwe aturiwe
 Gitega : Umugabo w’imyaka 52 yishwe aturiwe
 Gitega : Umugabo w’imyaka 52 yishwe aturiwe
				
				samedi 30 Nyakanga 2017, par
Mu giporisi bavuga ko uwo mugabo yafashwe mu gihe yari avuye kwiba, akaba yaturiwe n’abanyagihugu bamufashe.
Mu giporisi babandanya bamenyesha ko abantu batandatu aribo bafashwe ku mvo z’amatohoza.
Egide NDUWIMANA
