Accueil > Amakuru > u Burundi > Gitega : Umukuru wa Posita y’i Bugendana yafashwe n’igiporisi
 Gitega : Umukuru wa Posita y’i Bugendana yafashwe n’igiporisi
 Gitega : Umukuru wa Posita y’i Bugendana yafashwe n’igiporisi
				
				jeudi 30 Munyonyo 2017, par
Uwo arongoye Posita y’i Bugendana ariko abarizwa mu gasho k’igiporisi. Icegera ciwe ntawuzi irengero ryiwe.
Nta minsi myinshi yari iheze Posita yo muri komine Makebuko nayo yibwe amafaranga agera ku miriyoni icumi.
Egide NDUWIMANA
