IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Urugo rw’uwahoze arongoye ikigo SIP rwatewemwo gerenade

Gitega : Urugo rw’uwahoze arongoye ikigo SIP rwatewemwo gerenade

jeudi 21 décembre 2017

Amakuru ava mu ntara ya Gitega, amenyesha ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha zitatu z’ijoro zo kur’uyu wa gatatu buca ari kuwa kane igenekerezo rya 21 Kigarama 2017, ku mutumb Nyakibingo, komine n’intara ya Gitega.

Abajejwe intwaro ku mutumba Nyakibingo baremeza ayo makuru, ariko bakamenyesha ko uwateye iyo gerenade atamenyekanye.

Ku ruhande rw’igiporisi, bavuga ko abantu babiri bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.