IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ifoto y’umunsi

Ifoto y’umunsi

dimanche 16 Gitugutu 2016, par Egide NDUWIMANA

JPEG - 34.6 ko
Bob RUGURIKA, umuyobozi wa RPA yaronkejwe agashimwe kitiriwe ubwigenge bw’ukumenyesha amakuru Ako gashimwe yagaherewe mu gisagara ca Johannesburg, muri Afrika y’epfo

IGIHE

Messages

  • Muhe kuko yarakoreye igihugu.hoboneka abandi bameze nkawe igihugu corokoka.

  • Nikoye mbese twebanywarwanda twahunze urwanda kwatanumwe womuritwe wigera uhabwa agashimwe agaherewe mubuhungiro!?
    Ariko abarundi bahunze igihugu cyabo bakababakomejye guhabwa ubushimwe bari iyobahungiye!?
    Jyendabishyima ariko nkibaza impamvu natwe banyarwanda twahunze urwanda atawuhabwa agashimwe.
    Njendabona uwavuga ko bimwe mubyakozwe nabarya barundi bahunze baribabitumwe namahanga bikabarinabyo bituma bakomejye kubashyimira iyobari mubuhungiro.

  • nibabandanye,bamuha,nimvuga,kuri,yobose,bamera,nkawe

  • Bob Rugurinka yarinkeje agashimwe kitiriwe ubwigenge bwabamenyeshamakuru bose bakokeje bahamagarira abarundi kugumuka noguturira abantu mumwaka wa 2015 mu Burundi.

  • komera mugenzi.ukuri kuzoteba kwiganza .kandi guca muziko ntigusha.IMANA ikuje imbere urabikwiye kanatsinda waritanze

  • Kabisa ukuri kwababakoresha muguturira igihugu cabo kuzoja ahabona canke mwaramaze kujahabona.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.