IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Igiporisi casatse mw’ibohero rikuru rya Mpimba

Igiporisi casatse mw’ibohero rikuru rya Mpimba

samedi 24 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bavuga ko ivyafatiwe mw’isakwa ryabereye muri iryo bohero bigizwe n’amaterefone ngendanwa, amaritiro 33 y’inzoga zitemewe n’amategeko, isukari, ibidaji vy’inzoga za BRARUDI, urumogi, hamwe n’umwambaro umwe w’igiporisi c’Uburundi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.