Accueil > Amakuru > umutekano > Igiporisi cerekanye abagirizwa kunyuruza abantu
Igiporisi cerekanye abagirizwa kunyuruza abantu
vendredi 21 Ndamukiza 2017, par
Igiporisi c’Uburundi cerekanye abantu babiri bafashwe bagirizwa ko aribo bategera abantu, bakabasahura kandi bakabanyuruza babacishije mu Rukoko. Abo bantu afatanwe n’ibirwanisho bahora bakoresha, nk’uko umuvugizi w’igiporisi yabishikirije.
OP1 Pierre NKURIKIYE avuga ko ubugizi bwa nabi bugizwe n’ubusuma hamwe n’ukunyuruza abantu bwakozwe i Gihanga, mu Gatumba n’ahandi vyagirizwa abo bantu, mbere bakavyiyemerera.
Amatohoza yakozwe n’igiporisi yerekanye ko abo bagizi ba nabi biba kandi bagafata abantu kugira basabe amafaranga imiryango yabo, babashikanye muri Congo aho bagabanganira ivyo baba bivye.
Abantu batanu bariko biyunguruza mu modoka yo mu bwoko bwa "Bus" baheruka kunyuruzwa kw’ibarabara rya Gatumba, muri abo banyurujwe hakaba harimwo umusaseredoti wo muri Ekereziya Gaturika, Patiri Adolphe NTAHONDEREYE. Mu giporisi bavuga ko amakuru bafise ari uko abo banyurujwe bari muri Congo
IGIHE
Messages
21 Ndamukiza 2017, 13:43, par WACITSE
Ndababaz,abo babah ayo makuru ntimwobakorerako ben kunyuruzwabakaboneka?
21 Ndamukiza 2017, 14:05, par Josephat
Jew Ukwo Kunyuruza Abant Vyandambiy.Nne Muburund Kohuzuy Abapolisi Bensh Kuk Reta Itabashira Kumipaka Babacanamw?Cank Muduhe Ibigwanish Twikorer Irondo?
21 Ndamukiza 2017, 14:08, par Wakera
Uwo mubugizi wa Police nuisible pour les Burundais ( PNB) arateye agahinda!!! Ubu ntaramenya ko twamuhinyuye atanuwugita umwanya yumviriza amarementanya yiwe!!! Aho arazana imbonerakure zahawe Buruguri kubera ikigoyi catewe n’intwaro y’icaduka zikaza kwemanga ngo zinyuruza abantu kugire ziremeke inteba ishushe kunzirakarengane ngo nabo bakorana!!! Nateshwe ate!!! Ababanyuruza n’imbonerakure zo muri Kiliba ONDES kuko nejo abafurero bo muri Secteur 5 bariko baridoga cane ko imbonerakure zibambura, zikabafatira abakobwa n’abakenyezi kunguvu
22 Ndamukiza 2017, 08:03, par Kararuza
Nkulikiye igihe wahereye ubesha nturakizwa?mu minsi iheze ikibaye cose wacegeka k’U Rwanda n’u Bubiligi none ubu usimbiye kuri Congo, twarakumenye sha, ujinga mzigo kweli
22 Ndamukiza 2017, 08:11, par Mediator
Ntimuberekane gusa munabahane vy, akarorero multi ibintu vyarahindutse! Burundi bwo muri za 1960-2005 butandukanye nubwunomusi! Ikibazo cari cugariye Ku gisirikare!!!!! Ubu carakemutse !!! Dushime Imana. Amen
22 Ndamukiza 2017, 09:35, par Mob
Wu mu sans echec WAKERA mumurondere nawe ari muri abo ba terroristes banyuruza abantu.
22 Ndamukiza 2017, 11:00, par Wakera
Mediator, I am glad you are using a language you do understand. You were thinking that using english would make us astonished and then give a level of education that you don’t deserve!! You were making too many mistakes i your bullshit comments!
22 Ndamukiza 2017, 12:12, par Mob
@Wakera. Bite mujeri we! Impengeri zi Mahama zikugezehe? Kenyera uzirye kugeza ibondo rikumenetse naho Petero Nkurunziza azatwara uburundi ubuzima bwe bwose. Niba ukomeje kumwanga uzapfana agahinda.
22 Ndamukiza 2017, 13:59, par Wakera
@Fake mob, Ndi ngaha kwa Gerard nsangaho ubombwire neza! Nayo kubera uri umusegererezi, bandanya wigira umubuguzi wa Gatinyashengero yicishije igihugu inzara, umunuko mugisagara, kwica, kwiba, gufata kunguvu!!! Izo nyenga zanyu zotuzura basha mumisi muzozuzuza ama......ntoke!!!!
22 Ndamukiza 2017, 22:21, par Turaje
@wakera. Ni ukuri uri igikwangari mumutwe. Ibyo Mob yakubwiye niba ufite ubwenge wumvise. Naho njye mbona adresse yawe utuyeho ari kwa le GENTIL.
23 Ndamukiza 2017, 09:41, par Mediator
Tiis man Wakera is mentally sick. If I was him I would find a goed Doctor who is specialist . Instead of giving good ideas he cotinues vomiting on this website.
24 Ndamukiza 2017, 06:26, par Wakera
@Turaje, Mediator: I told you guys, you militia Imbonerakure and the DD system are messing up our Country! Instead of giving your opinion on a written news, you keep on attacking an individual because the truth hurts . God damn the DD system and its militia imbonerakure that kill, kidnap and rape! Go to hell.
25 Ndamukiza 2017, 20:14, par Matabaro
Ibi vyose tubona ubu vyazanywe na Nkuru kuko ataragwanira ikiringo 3 aya mabi yose ntiyariho. Rero niwe yataye uburundi mwihumbi Azobibazwa vyanka bikunda. Rindira zihindure imirisho 2020
25 Ndamukiza 2017, 22:54, par MUHAMADI
WAkeri is meester pig. I swear .
17 Rusama 2017, 14:39, par Fiacre
Abob bantu nibahanw,kumugagar.