IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihadabu (Amande) yashizweho ku batararonka impusha z’ukugendesha imiduga zo (...)

Ihadabu (Amande) yashizweho ku batararonka impusha z’ukugendesha imiduga zo mu buhinga bwa none

jeudi 29 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko biri mw’itangazo ubwo bushikiranganji bwasohoye kuri uwu wa kane igenekerezorya 28 ruheshi uyu mwaka wa 2017.

Ubushikiranganji bw’umutekano bwaheruka kwongereza ikiringo c’ukurondera impusha zo mu buhinga bwa none z’ukugendesha imiduga (Permis de conduire biometrique), gushika kw’igenekerezo rya 31 Myandagaro 2017. Inyuma y’iryo genekerezo, abazoba batararonka izo mpusha bakazotangisha ihadabu (Amande) ku munsi ku munsi.


Vianney BIKORIMANA

Messages

  • Abategetsi b’uburundi bariharaje gushinga amande atanahamwe yanditse mw’itegeko rigenga amafaranga Leta izokoresha eka mbere atanahamwe ari mu Gitabu mpanavyaha c’Igihugu. Twarabibonye tukanasaba PARCEM na OLUCOM kubikurikiranira hafi. None nk’uwo mushikirangaji ko atanakimwe avuga kukijanye n’ikiringo kizohabwa uwuzoba aronse bushasha uruhusha rwo kugendesha imodokari. abakoze ikibazo bazoronswa ubwo permis biométrique batabanje guhabwa iyikoze nk’iza kera ? Babitomore neza ahandi ho abapolisi bazokarirwa n’inyota kurusha abandi ntawuzobacarukana ataco avuze kandi kumbure yari akwije ibisabwa. Ni batange umuco kuko uri umutegetsi mwiza wifata nk’umusuku wabo utwara..

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.