IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Ikigo API kiramutswa umuyobozi mushasha

Ikigo API kiramutswa umuyobozi mushasha

mardi 14 novembre 2017

Leonard SENTORE yahoze arongoye ikigo gitoza amakori n’amatagisi OBR yagenywe ngo asubirire Didace NGENDAKUMANA yahora arongoye ico kigo.

Didace NGENDAKUMANA yari yagenywe mu mabanga yo kurongora ikigo API mu kwezi kwa mbere 2016, ubu akaba ari mw’ishirahamwe ARFIC rijejwe ivy’ikawa mu Burundi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.