IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu ruzi Dogodogo

Ikiziga c’umuntu atamenyekanye catowe mu ruzi Dogodogo

mardi 28 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’umuntu ataramenyekana catowe mu ruzi Dogodogo ruri muri komine Rugombo, mu ntara ya Cibitoke.

Ico kiziga catowe ku mugoroba wo kuri uwu wa mbere, abaporisi bakaba aribo bagikuye mu mazi.

Uwo muntu yatowe ikiziga yari afise ibikomere ku mubiri, abanyagihugu bo mu micungararo y’aho yatowe bakaba batashoboye kumumenya.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.