IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko mfatakibanza ya Kanyosha

Imyidogo y’abadandaza bo mw’isoko mfatakibanza ya Kanyosha

vendredi 9 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko tubibwirwa n’umudandaza akorera muri iyo soko atashatse kw’ivuga izina, ivyumvikanyweko ntivyagiye mu ngiro, kuko hacibonekeza udusoko two hagati muma karatiye, bigatuma abo bari mw’isoko mfatakibanza bataronka abaguzi.

Jean Pière NIYONKURU umukuru wa zone Kanyosha yashikirije ko ikibazo c’udusoko duto doto dukorera hagati muma karitiye atatuzi, ko azi amasoko mfatakibanza ahari, ariyo isoko ya Ruziba n’isoko ya Kanyosha.

Jean Pierre NIYONKURU avuga ko igikorwa co gusanura isoko nshasha zariko zubakwa ko caheze kandi ko bazishikirije ku mugaragaro, hasigaye ko bazinjira.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.