IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyuzurira y’amazi yasenyuye imva zo mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda (...)

Imyuzurira y’amazi yasenyuye imva zo mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda (Amafoto)

mercredi 25 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Bamwe mu bafise ababo bashinguwe muri iryo tongo ry’abapfuye, bavuga ko batoroherejwe, mu gihe bari bashatse kuri uwu wa gatatu kwishikira aho mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda, kugira birabire ko imva z’incuti zabo zasambuwe n’ayo mazi. N’abamenyeshamakuru bari bashatse kuri uwu wa gatatu kwishikira aho mw’itongo ry’abapfuye kuraba ivyabaye bakaba batemerewe kwinjira.

Abo banyagihugu bashinguye ababo ku Mpanda basaba ko amashirahamwe bakoranye ajejwe guhambisha n’ukwubaka intatemwa, ko yobafasha gusanura izo mva, kuko ivyabaye batari bavyiteze.

Amafoto ya zimwe mu mva zasambutse


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.