IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkenguzamateka yemeje ba buramatari batandatu bashasha

Inama nkenguzamateka yemeje ba buramatari batandatu bashasha

mardi 19 juin 2018

Izo ntara zahawe ba buramatari bashasha ni intara ya Bubanza, intara ya Bururi, intara ya Muramvya, intara ya Kirundo, intara ya Ruyigi n’intara ya Rutana.

Intara ya Bubanza igiye kurongorwa na BUTOYI Nobus Therence, intara ya Bururi irongorwe na NIYONZIMA Frederic, intara ya Muramvya ni NICIMBESHE Laurent, intara ya Kirundo ni MUTABAZI Alain Tribert, intara ya Rutana ni MINANI Fidele, intara ya Ruyigi ni BASHINGWA Elie.

Mwomenya ko intara ya Muramvya ihawe buramatari mushasha, inyuma y’amezi arenga atandatu ata buramatari ifise, inyuma yahoo uwahora ayirongoye agenewe mu mabanga yo kurongora igisata ca Reta citaho igiterwa c’ikawa ARFIC.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.