IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Inama nkenguzamateka yemeje bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi (...)

Inama nkenguzamateka yemeje bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi bihugu

vendredi 17 Ntwarante 2017

Inama nkenguzamateka y’Uburundi yaremeje kuri uno wa kane igenekerezo rya 16 Ntwarante,umwaka wa 2017 amazina y’abantu bane bagiye guserukira Uburundi mu bindi bihugu.

Abo bantu bagizwe n’abakenyezi babiri hamwe n’abagabo babibiri ni Martin MBAZUMUTIMA yahora arongoye umurwi wo gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo, Remy BARAMPAMA umukenguzamateka yotowe mu gisagara ca Bujumbura.

Abakenyezi babiri bemejwe n’inama nkenguzamateka ni Stella BUDIRIGANYA yahora avugira inama nshingamateka hamwe na Nina Christine NIYONSAVYE yahora arongoye ibitaro Roi Khaled.

Inama nkenguzamateka ariko ntiyashikirije ibihugu abo bemejwe guserukira Uburundi mu bindi bihugu bazorungikwamwo.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.