Accueil > Amakuru > Akahise > Itarike 9 Ntwarante
 Itarike 9 Ntwarante
 Itarike 9 Ntwarante
				
				jeudi 9 Ntwarante 2017
Igenekerezo rya 9 Ntwarante.
Ibikuru bikuru vyaranze igenekerezo nkiri
1276: Augsburg yahindutse igisagara c’ibwami cigenga
1796: Napoleon Bonaparte yubakanye na Josephine de Beauharnais
 
2010: Habaye ubugeni bwa mbere bw’abahuje ibitsina i Washington
Abazwi cane bavutse kw’igenekerezo nkiri
1285: Go-Nijō,Umwami w’abami wo mu Buyapani
1839: Phoebe Knapp, uwateguye indirimbo ihayagiza igihugu c’Amerika
 
1929: Zillur Rahman, Perezida wa Bangladesh.
 
1975: Juan Sebastián Verón,umukinyi w’umupira w’amaguru w’umunyargentine.
 
1987: Bow Wow, umuririmvyi w’umunyamerika
 
Abazwi cane bitavyimana kw’igenekerezo nkiri
1993: CROSBY Bob, umuririmvyi wo mu mudiho wa Jazz w’umunyamerika
 
1997: B.I.G. Notorious,Umuririmvyi wo mu mudiho wa Rap w’umunyamerika
 
2007: Brad Delp, Umuririmvyi w’umunyamerika.
 
Lorene Nubwabo
