IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Jean Claude KARERWA:“Uwutokuvuna yokuva inyuma.”

Jean Claude KARERWA:“Uwutokuvuna yokuva inyuma.”

Monday 1 October 2018, by vianney

Mu kuganiro c’abavugizi b’inzego za reta caremeshejwe ku musi wa gatanu w’indwi iheze,Jean Claude KARERWA yavuze ko ayo mashirahamwe yavuniwe akagohe mumezi atatu azoba yitunganije.

Jean Claude KARERWA yavuze ko igihugu kidashobora kwemera imfashanyo itosekaza agateka ka zina muntu canke iziza zonona imico n’imigenzo y’abarundi.

Jean Claude KARERWA yavuze ati:“Uwutokuvuna yokuva inyuma.”

Uyo muvugizi w’umukuru w’igihugu yavuze ko ingingo zifatwa zisunga amategeko zitisunga imigenderanire.


Vianney BIKORIMANA

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.