IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kanyosha : Urusengero rwa Pentekote International rwahiye bivuye ku (...)

Kanyosha : Urusengero rwa Pentekote International rwahiye bivuye ku muyagankuba

lundi 26 mars 2018

BUSANDO Cesar, umwe mu barongozi b’ishengero rya Pentekote International mu Kanyosha, amenyesha ko imvo nyamukuru zatumye urusengero rusha, ari umuyagankuba w’ishirahamwe REGIDESO.

BUSANDO Cesar amenyesha kandi ko, iryo sanganya ryatumye hononekara ibintu bitari bike, nk’intebe,ibitabo,n’ibikoresho vyatuma amajwi aduga .

Naho abegereye hafi y’urusengero bafashije mu kuzimya umuriro, uwo murongozi yemeza ko, uruhombo atari ruto.


Callixte Carpe NDIKUMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.