Home > Amakuru > umutekano > Karusi –Gitaramuka : Abantu 2 bishwe hakoreshejwe umupanga
 Karusi –Gitaramuka : Abantu 2 bishwe hakoreshejwe umupanga
 Karusi –Gitaramuka : Abantu 2 bishwe hakoreshejwe umupanga
				
				Monday 1 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza,Pierre NKURIKIYE amenyeshako Eric BIMENYIMANA yishe uyo mugabo n’umwana wiwe akoresheje umupanga.
Ayo makuru avuga ko Valerie NDINZEMENSHI yarafise imyaka 50 mu gihe umukobwa wiwe nawe yarafise amaze atandatu gusa y’amavuka.
Bivugwako uyo Eric BIMENYIMANA yahagaritswe ariko icatumye yica abo bantu kitaramenyekana.
IGIHE

Forum posts
1 October 2018, 17:57, by Ntacontemanga!
Uburundi bwarapfuye!
2 October 2018, 06:36, by Busurahende
None nk’uwo mwana w’amezi atandatu yahowe iki ko ivy’imigambwe ataribwo abimenye?
3 October 2018, 22:25, by Niyirera Alphonse
Nimumwice Naw
6 October 2018, 09:08, by lg
Abanya Africa icyo batinya nukwicwa igihe cyose hazafatwa, ingingo, yo kwica abo bicanyi kumugaragaro niho bizacika, ibaze kwica ukica u ruhinja! !
10 October 2018, 20:49, by riyazimanajosepf
nibareke abobanakukuko ntavyobaz akica umwana atacoamuziza!Ha!!